Vyamaze kumenyekana ko Gen Godefroid Niyombare ariwe arongoye umurwi wafashe ibigwanisho FOREBU :amajwi
Plus Bishasha #umurwi WhatsApp
Amajwi biriko biravugwa kwari aya hussein Radjabu ,ariko araterefona Alex Sinduhije ariko aratera amakenga beshi
Plus Bishasha #hussein WhatsApp
Domitira Kiramvu yatanze ingingo 3 zo guhasha Nkurunziza harimwo no Kumwica akazimangana burundu:umviriza amajwi
Plus Bishasha #yatanze WhatsApp
Inyuma ya FNL ya Nzabampema,Red Tabara na FOREBU ya Niyombare ,havutse uwundi murwi wa kane mu Ntara ya Karusi wiyemeje gufata ibirwanisho .
Plus Bishasha WhatsApp
Inyuma ya Nkurunziza, Kiramvu yihanije Pacifique Nininahazwe yongera amwagiriza kwariwe yataye agwaruka mw’ibarabara:Amajwi
Plus Bishasha WhatsApp
Ibintu 5 vyambere umuhungu araba kumwigeme mugihe ashaka kumuresha.
Plus Bishasha #umuhungu WhatsApp
Kiramvu yashikirije ijambo ririmwo ibitutsi bikomeye avuga umukuru w’igihugu ,ananegura cane Abasirikare
Plus Bishasha WhatsApp
Inyuma yukutumvikana na Pacifique Nininahanzwe ,Domitira kiramvu yagirije BOB rugurika kwari Nzisabira ,kwashaka kumugurisha:Amajwi
Plus Bishasha WhatsApp
Hussein Radjabu yamenye amabanga amwamwe yaranze umugabwe wabo CNDD FDD mugihe ahimbaza umwaka umwe avuye mwibohero :umviriza amajwi
Plus Bishasha #Hussein WhatsApp
Paul Kagame asa nuwahinduye imvugo kuvyerekeye ikibazo c’uBurundi ariko asaba abashaka guhungabanya uRwanda ko bonyarutsa kugira abavugutire umuiti:amajwi
Plus Bishasha #Kagame WhatsApp
Paul Kagame yishuye Abarundi bamubaza icokorwa kugira ikibazo c’uBurundi gitoregwe umuti:Umviriza amajwi
Plus Bishasha #Kagame WhatsApp
Inyuma y’ibitero iBujumbura ,umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yagize ico ashikirije
Plus Bishasha WhatsApp
Amasanamu y’indirimbo ya Mcmello yatanguye kuvugisha benshi kubera ,intambo n’inyambaro yumwigeme ari murayo mashusho.
Plus Bishasha #Amasanamu WhatsApp
Inyuma yo kurungika intumwa zikananirwa , Ban Ki Moon agiye kwishikira mu Burundi kugondoza Nkurunziza ngo aganire nabo batavuga rumwe
Plus Bishasha WhatsApp
Pierre Buyoya yagize ico ashikirije kubiriko birabera mu Burundi :amajwi
Plus Bishasha #Pierre WhatsApp
Pierre Nkurunziza yagize ico ashiirije kuvyerekeye ihonyabwoko , ririko riravurwa mu Burundi , yongera asa n’uwishura Kagame .
Plus Bishasha #Pierre WhatsApp
Mumvugo inyegeje cane kandi itoroshe gutahura Paul Kagame yishuye abamaze imisi bamwiyamiriza mu Burundi muraya majambo.
Plus Bishasha #Kagame WhatsApp
Abagumyabanga ba CNDD FDD bo mugihugu cose biginye intsinzi y’umugabwe wabo yo mu mwaka wa 2015:amafoto
Plus Bishasha #mwaka WhatsApp
Inyuma yaho kagame aneguriye mugeziwe w’uBurundi,Nkurunziza yagize ico ashikirije
Plus Bishasha WhatsApp
Hussein Radjabu yamaze kugira ico ashikirije inyuma yigitero cabereye iBujumbura
Plus Bishasha #Hussein WhatsApp
Imbere yuko ibiganiro bitangura urunani CNARED yavuye mugacerere isohora itangazo
Plus Bishasha #Imbere WhatsApp
Uru nirwo rutonde rwabanyepolitike 15 ba Barundi bakuweko imitahe yo guhagarikwa n’ubutungane mpuzamakungu
Plus Bishasha #rutonde WhatsApp
Abari baje gutera grenade abasirikare bahitanye umwana w’inzirakarengane na se wiwe arahakomerekera bihambaye.
Plus Bishasha #umwana WhatsApp
Willy Nyamitwe yakuriye inkoni kugishitsi ko CNARED hamwe n’abafashe ibirwanisho ko batazohonyora mu Biganiro
Plus Bishasha #Willy WhatsApp
Inyuma yo kurekurwa kubw’ikigongwe c’umukuru w’igihugu ,yongeye kuja gutera grenade mu Kamenge none yongeye Gucakirwa.
Plus Bishasha WhatsApp
FinHaut ^
Burundi News
+ BURUNDI